Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ntwarante 2016

21-27 Ntwarante

YOBU 6-10

21-27 Ntwarante
  • Ururirimbo rwa 68 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Wa mwizigirwa Yobu aserura intuntu afise”: (Imin. 10)

    • Yb 6:1-3, 9, 10, 26; 7:11, 16—Hari aho ivyo abantu bavuga kubera umubabaro atari vyo vyerekana uko bameze mu mutima vy’ukuri (w13 15/8 19 ing. 7; w13 15/5 22 ing. 13)

    • Yb 9:20-22—Yobu yarashitse ku ciyumviro kitari co c’uko naho yari yizeye Imana, yoyo itari ibinezwe (w15 1/7 12 ing. 2)

    • Yb 10:12—Mbere n’igihe yari mu bigeragezo bikomeye, Yobu yaravuze ibintu vyiza ku vyerekeye Yehova (w09 15/4 7 ing. 18; w09 15/4 10 ing. 13)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 6:14—Yobu yerekanye gute akamaro ko kugira urukundo rudahemuka? (w10 15/11 32 ing. 20)

    • Yb 7:9, 10; 10:21—Nimba Yobu yaremera izuka, ni kubera iki yavuze amajambo dusanga muri iyi mirongo? (w06 15/3 14 ing. 11)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 9:1-21 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: wp16.2 16—Nuvuge ibijanye n’intererano. (Imin. 2 canke idashika)

  • Usubiyeyo: wp16.2 16—Nucire inzira ikiyago kizokurikira. (Imin. 4 canke idashika)

  • Inyigisho: fg icigwa ca 2, ing. 6-8 (Imin. 6 canke idashika)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 114

  • Nukoreshe ugutahura igihe uremesha abandi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimwerekane ividewo abakurambere baravye mw’Ishure ry’ubusuku bw’Ubwami riheruka. Nusabe abumviriza bavuge ingene abavukanyi babiri bo muri iyo videwo batanze akarorero keza mu kuremesha umuntu yari atuntujwe n’ukubura uwiwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 11 ing. 12-20, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 27 n’isengesho