Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Bariko barahimbaza Icibutso c’urupfu rwa Kristu mu Budagi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NTWARANTE 2016

Ingene twotanguza ibiyago

Ivyiyumviro vy’ingene twoshikiriza Umunara w’Inderetsi be n’ubutumire bw’Icibutso bwo mu 2016. Ufatiye kuri ubwo burorero niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Esiteri yarakoreye Yehova n’abantu biwe ata bwikunzi

Yarakoranye umutima rugabo arashira ubuzima bwiwe mu kaga yongera arafasha Morudekayi gushinga itegeko ryakingira Abayuda ngo ntibazimanganywe. (Esiteri 6-10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Tegura uburyo bwawe bwo gushikiriza ibinyamakuru

Nukoreshe ivyo vyiyumviro kugira utegure uburyo bwawe bwo gushikiriza Umunara w’Inderetsi na Be maso!

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nuhe ikaze abashitsi

Twofasha gute abashitsi be n’abahororokewe kwumva bisanze ku Cibutso?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yobu yaragumanye ugutungana mu bigeragezo

Yarerekanye ko Yehova ari we yari ahambaye mu buzima bwiwe. (Yobu 1-5)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Wa mwizigirwa Yobu aserura intuntu afise

Intuntu n’umubabaro Yobu yari afise vyaragize ico bikoze ku kuntu yabona ibintu, mugabo urwo yakunda Yehova Imana ntirwahindutse. (Yobu 6-10)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yobu yarizigira izuka

Yarizigira ko Imana ishoboye kumusubiza ubuzima nka kurya igishitsi gishobora gusubira kunaga. (Yobu 11-15)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Incungu yaratumye izuka rishoboka

Ingabire Yehova yaduhaye y’incungu iratuma izuka rishoboka. Aho kuja guhamba tuzoja nyabuna kwakira abazutse.