Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

22-28 Ndamukiza

1 ABAKORINTO 14-16

22-28 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Imana izoba vyose kuri bose”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 1Kr 14:34, 35​—Intumwa Paulo yoba yarabujije abakenyezi kuvuga? (w12 1/9 9, uruzitiro)

    • 1Kr 15:53​—Ukudapfa be n’ukutabora ni iki? (w09 15/2 25 ing. 6; w98 1/7 29 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Kr 14:20-40 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU