Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○ MUGIHURA

Ikibazo: Ni hehe twokura impanuro nziza zotuma tugira agahimbare mu buzima?

Icanditswe: Zb 1:1, 2

Ubukurikira: Ugukunda amaronko bishobora kutugirako ingaruka izihe?

○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Ugukunda amaronko bishobora kutugirako ingaruka izihe?

Icanditswe: 1Tm 6:9, 10

Ubukurikira: Kubona ibintu mu buryo bwiza birimwo ivyiza ibihe?

○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Kubona ibintu mu buryo bwiza birimwo ivyiza ibihe?

Icanditswe: Img 17:22

Ubukurikira: Umuryango woshobora gute kuroranirwa naho woba ufise ingorane?