Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ndamukiza 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 17-21

Reka Yehova abumbabumbe ivyiyumviro vyawe n’inyifato yawe

Reka Yehova abumbabumbe ivyiyumviro vyawe n’inyifato yawe

Niwemere Yehova akubumbabumbe

18:1-11

  • Yehova aratubumbabumba mu vy’impwemu mu kuduhanura no mu kudutoza indero

  • Turakwiye kumworohera no kumugamburukira

  • Yehova ntiyigera aduhatira gukora ivyo tutagomba

Umubumvyi yoshobora guheba ico yariko arabumba akakibumbamwo ikindi

  • Kubera ko Yehova yaturemanye ubushobozi bwo kwihitiramwo, turashobora kwemera ko atubumbabumba canke tukavyanka

  • Yehova arahindura ukuntu akorana n’abantu, bivanye n’ingene bakira impanuro abaha

Ni hehe noshima ko Yehova ambumbabumba?