Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ndamukiza 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 29-31

Yehova yari yaravuze ibijanye n’isezerano rishasha

Yehova yari yaravuze ibijanye n’isezerano rishasha
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

Yehova yari yaravuze ko isezerano ry’Itegeko ryosubirijwe n’isezerano rishasha rifise ivyiza vyamaho.

ISEZERANO RY’ITEGEKO

 

ISEZERANO RISHASHA

Yehova na Isirayeli yo mu buryo bw’umubiri

ABARIGIZE

Yehova na Isirayeli yo mu buryo bw’impwemu

Musa

UMUHUZA

Yezu Kristu

Ku bimazi vy’ibitungwa

RYEMEJWE BICIYE

Ku kimazi ca Yezu

Ku bisate vy’amabuye

RYANDITSWE

Ku mitima y’abantu