Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ndamukiza 2017

17-23 Ndamukiza

YEREMIYA 25-28

17-23 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Gira umutima rugabo nka Yeremiya”: (Imin. 10)

    • Yr 26:2-6—Yehova yategetse Yeremiya gutanga imburi (w09 1/12 24 ing.6)

    • Yr 26:8, 9, 12, 13—Yeremiya ntiyatewe ubwoba n’abamurwanya (jr 21 ing.13)

    • Yr 26:16, 24—Yehova yarakingiye uwo muhanuzi wiwe w’umutima rugabo (w09 1/12 25 ing.1)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 27:2, 3—Ni igiki coba cari kizanye izo ntumwa i Yeruzalemu, kandi ni kuki Yeremiya yabakoreye imitambikwa y’ingǒgo? (jr 27 ing.21)

    • Yr 28:11—Yeremiya yagaragaje gute ubukerebutsi igihe Hananiya yamurwanya, kandi tumwigirako iki? (jr 187-188 ing.11-12)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 27:12-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) T-36—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) T-36—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 7 ing.4-5—Erekana ingene woshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU