Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Ndamukiza 2017

10-16 Ndamukiza

YEREMIYA 22-24

10-16 Ndamukiza
  • Ururirimbo rwa 52 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Woba ufise ‘umutima wo kumenya’ Yehova?”: (Imin. 10)

    • Yr 24:1-3—Yehova yagereranije abantu n’insukoni (w13 15/3 8 ing.2)

    • Yr 24:4-7—Insukoni nziza zagereranya abari bafise umutima ugamburuka (w13 15/3 8 ing.4)

    • Yr 24:8-10—Insukoni mbi zagereranya abari bafise umutima w’ubugaba kandi w’akagagazo (w13 15/3 8 ing.3)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 22:30—Kubera iki iri bwirizwa ritakuraho uburenganzira Yezu afise bwo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi? (w07 15/3 11 ing.1)

    • Yr 23:33—“Umuzigo wa Yehova” ni uwuhe? (w07 15/3 11)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 23:25-36

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g17.2 rup. 3-6—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g17.2 rup. 3-6—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 5 ing. 1-2—Erekana ingene twoshikira umutima w’umutohoji.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU