Abavukanyi bahaye ikaze mushiki wacu yari yarahororokewe

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Ndamukiza 2017

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje ikinyamakuru Be maso! n’ingene twokwigisha ukuri kwerekeye Ubwami bw’Imana. Ufatiye ku vyiyumviro vyatanzwe niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Reka Yehova abumbabumbe ivyiyumviro vyawe n’inyifato yawe

Wa Mubumvyi Mukuru aratubumbabumba mu vy’impwemu, ariko natwe dusabwa kugira ico dukoze.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Bahe ikaze n’igishika cinshi

Abitavye amakoraniro bose bakwiye kwibonera ko tugaragaza urukundo. Wokora iki ngo mu Ngoro y’Ubwami harangwe igishika n’urukundo?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba ufise ‘umutima wo kumenya’ Yehova?

Muri Yeremiya ikigabane ca 24, Yehova Imana yagereranije abantu n’insukoni. Ni bande bagereranijwe n’insukoni nziza, kandi twobigana gute?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Urashobora kuremesha uwahororokewe

Abahororokewe baguma ari ab’agaciro imbere ya Yehova Imana. Twobafasha gute kugaruka mw’ishengero?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Gira umutima rugabo nka Yeremiya

Yeremiya yaravuze ko Yeruzalemu yosanganguwe. Ni igiki camufashije kugumana umutima rugabo?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Indirimbo z’Ubwami ziraremesha

Kuririmba indirimbo z’Ubwami vyararemesheje abakirisu bari bapfungiwe mw’ibohero ry’Abanazi ry’i Sachsenhausen. Izo ndirimbo zirashobora kuturemesha igihe turi mu bigeragezo.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova yari yaravuze ibijanye n’isezerano rishasha

Isezerano rishasha ritandukaniye he n’isezerano ry’Itegeko? Ivyiza vy’ibihe bidahera rizozana ni ibihe?