Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NDAMUKIZA 2016

18-24 Ndamukiza

YOBU 28-32

18-24 Ndamukiza
  • Ururirimbo rwa 17 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yobu ni akarorero mu bijanye n’ugutungana”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 32:2—Kubera iki Yobu “yavuga ko ari we agororotse aho kuvuga ko Imana ari yo igororotse”? (w15 1/7 12 ing. 2; w11 1/4 23 ing. 3)

    • Yb 32:8, 9—Kubera iki Elihu yumvise ko akwiye gufata ijambo naho abamwumviriza bamukurira? (w06 15/3 16 ing. 1)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 30:24–31:14 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 115

  • Niwigire ku kudahemuka kw’abandi (1Pt 5:9): (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Harold King: Ntiyahemutse naho yari mw’ibohero. Nimuce muyaga kuri ibi bibazo: Umuvukanyi King yashoboye gute kuguma akomeye mu vy’impwemu igihe yari mw’ibohero? Kuririmba indirimbo z’Ubwami vyodufasha gute kwihanganira ingorane? Akarorero k’ukudahemuka k’uwo muvukanyi kakwigishije iki?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 13 ing. 13-25, n’isubiramwo ry’ikigabane (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 81 n’isengesho