Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NDAMUKIZA 2016

4-10 Ndamukiza

YOBU 16-20

4-10 Ndamukiza
  • Ururirimbo rwa 79 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Remesha abandi ukoresheje amajambo meza”: (Imin. 10)

    • Yb 16:4, 5—Uwutanga impanuro akwiye gukoresha amajambo aremesha (lv 139 ing. 16, 141 ing. 18-19)

    • Yb 19:2—Amajambo ababaza Biludadi yavuze yatumye Yobu aborogeshwa n’umubabaro (w06 15/3 15 ing. 6; w07 1/6 32)

    • Yb 19:25—Icizigiro c’izuka carakomeje Yobu igihe yari ageze habi (w06 15/3 15 ing. 5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 19:20—Yobu yashaka kuvuga iki igihe yavuga ngo “mpunganye urukoba rw’amenyo yanje”? (w06 15/3 15 ing. 1)

    • Yb 19:26—Yobu ‘yitegereje Imana’ gute kandi ata muntu ashobora kuyibona? (w06 15/3 16 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 19:1-23 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU