Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO NDAMUKIZA 2016

25 Ndamukiza–1 Rusama

YOBU 33-37

25 Ndamukiza–1 Rusama
  • Ururirimbo rwa 50 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Umugenzi nyakuri atanga impanuro zubaka”: (Imin. 10)

    • Yb 33:1-5—Elihu yarubashe Yobu (w07 1/9 13 ing. 4-6)

    • Yb 33:6, 7—Elihu yaricishije bugufi aragaragaza n’ubuntu (w07 1/9 13 ing. 4-6)

    • Yb 33:24, 25—Elihu yararemesheje Yobu n’igihe yariko aramuhanura (w11 1/4 23 ing. 3; w09 15/4 4 ing. 8)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yb 33:24, 25—“Incungu” Elihu yavuze ishobora kuba yari incungu bwoko ki? (w11 1/4 23 ing. 3-5)

    • Yb 34:36—Yobu yagejejwe ku rugero rungana gute, kandi ivyo bitwigisha iki? (w06 15/3 16 ing. 2; w15 15/4 26 ing. 8)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: Yb 33:1-25 (Imin. 4 canke idashika)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: Umwamamaji nashikirize ubutumire bw’ihwaniro ryo mu 2016 yisunze uburyo bwatanzwe ku rupapuro rwa 8. (Imin. 2 canke idashika)

  • Usubiyeyo: fg icigwa ca 12 ing. 4-5—Nihagirwe umwerekano aho umwamamaji asubira kugendera uwakiriye ubutumire bw’ihwaniro. Nacire inzira ikiyago kizokurikira. (Imin. 4 canke idashika)

  • Inyigisho: jl icigwa ca 11—Umwamamaji aremeshe uwo yigisha kwitaba ihwaniro ryimirije. (Imin. 6 canke idashika)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 124

  • Ivyibukijwe ku vyerekeye ihwaniro”: (Imin. 8) Insiguro. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Ivyibukijwe ku vyerekeye ihwaniro. Nuremeshe bose kuba baritegura kugira bazobe ari ho bari imisi yose uko ari itatu. Nuvuge ingene isekeza ryo gutumira abantu kw’ihwaniro ryatunganijwe aho iwanyu.

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 14 ing. 1-13 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 21 n’isengesho