Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAHEBURAYO 1-3

Kunda ubugororotsi, wanke ubugarariji

Kunda ubugororotsi, wanke ubugarariji

1:9

Yezu arakunda ubugororotsi, akanka ikintu cose cotukisha Se wiwe.

Twokwigana gute urukundo Yezu akunda ibigororotse:

  • igihe dushikiwe n’ikintu kitugerageza kuja mu buhumbu?

  • igihe uwo mu muryango aciwe?