Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Myandagaro 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 28-31

Yehova yarahaye impera ihanga ry’abapagani

Yehova yarahaye impera ihanga ry’abapagani

29:18-20

Nimba Yehova yarahaye impera ihanga ry’abapagani ku gikorwa ryakoze, wumva none atazorushiriza gushima igikorwa c’abasavyi biwe b’intahemuka?

IVYO ABANYABABILONI BAKOZE

Barugarije Tiro

IVYO NKORA

Ndiko ndwana urugamba uruhe mu buryo bw’impwemu?

AKIGORO BAGIZE

  • Bamaze imyaka 13 bugarije Tiro kandi bahatakarije vyinshi

  • Abasoda b’Abanyababiloni barahacumukuriye cane

  • Nta mpembo Abanyababiloni baronse

AKIGORO NGIRA

Akigoro ngira mu gukorera Yehova ni akahe?

IMPERA YEHOVA YAHAYE BABILONI

Yehova yabahaye Misiri nk’isahu

IMPERA YEHOVA AMPA

Yehova yampaye impera iyihe?