Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Myandagaro 2017

7-​13 Myandagaro

EZEKIYELI 28-31

7-​13 Myandagaro
  • Ururirimbo rwa 85 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova yarahaye impera ihanga ry’abapagani”: (Imin. 10)

    • Ezk 29:18​—Umwami Nebukadinezari w’i Babiloni nta mpera yaronse ku gikorwa kitoroshe yakoze co kwigarurira Tiro (it-2 1125 ing. 3)

    • Ezk 29:19​—Umwami Nebukadinezari yaronse Misiri nk’isahu mu kibanza ca Tiro (it-1 713 ing. 8)

    • Ezk 29:20​—Yehova yarahaye impera Abanyababiloni kubera igikorwa bamukoreye (g86 8/11 27 ing. 4-5)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 28:12-19​—Kubera iki twovuga ko ingendo y’abami ba Tiro isa n’iya Shetani? (it-2 550 ing. 3-4)

    • Ezk 30:13, 14​—Ubu buhanuzi bwarangutse gute? (w03 1/7 32 ing. 1-3)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 29:​1-​12

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Remesha abamamaji gufatira ku bintu biherutse kuba mu gutanguza ikiyago, ubaremeshe no gukoresha neza akavidewo Woshima kumenya inkuru nziza? igihe batanga agatabu Inkuru nziza.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU