Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Myandagaro 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 39-41

Urusengero Ezekiyeli yeretswe rukwigisha iki?

Urusengero Ezekiyeli yeretswe rukwigisha iki?

40:10, 14, 16

  • Ivyumba vy’irindiro hamwe n’inkingi ndende biratwibutsa ko ivyo Yehova adusaba mu bijanye n’ugusenga gutyoroye biri ku rwego rwo hejuru

  • Niwibaze uti: ‘Nokwerekana gute ko nshigikira ingingo ngenderwako za Yehova ziri hejuru kandi zigororotse?’