Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Myandagaro 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 35-38

Gogi w’i Magogi agiye kurandurwa

Gogi w’i Magogi agiye kurandurwa

Bibiliya iravuga ibintu bizoba imbere y’uko Gogi w’i Magogi asangangurwa n’inyuma yaho.

  • Ivy 17:16-18

    Amakuba akomeye azotangurana n’isangangurwa ry’iki?

  • Ezk 38:2, 11, 15

    Ni nde azotera abasavyi ba Yehova?

  • Ivy 16:16

    Yehova azorandura Gogi w’i Magogi mu ntambara iyihe?

  • Ivy 20:4

    Intwaro ya Kristu izomara imyaka ingahe?

Nokwitegurira gute mu buryo bw’impwemu igitero ca Gogi w’i Magogi?