Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Myandagaro 2017

21-27 Myandagaro

EZEKIYELI 35-38

21-27 Myandagaro
  • Ururirimbo rwa 132 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Gogi w’i Magogi agiye kurandurwa”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 36:20, 21​—Imvo imwe ihambaye ikwiye gutuma twigenza neza ni iyihe? (w02 1/7 16 ing. 12)

    • Ezk 36:33-36​—Ayo majambo yarangutse gute muri iki gihe cacu? (w88 15/9 24 ing. 11)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 35:1-15

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Zb 37:29​—Niwigishe ukuri.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) It 1:28; Yes 55:11​—Niwigishe ukuri.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w16.07 31-32​—Umutwe: Ugufatanya udukoni tubiri bisobanura iki?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU