Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Myandagaro 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 32-34

Ibanga rihambaye ry’inderetsi

Ibanga rihambaye ry’inderetsi

Kenshi inderetsi wasanga zihagarara ku nzitiro z’igisagara no ku minara kugira zimenyeshe abantu akaga kegereje. Yehova yagize Ezekiyeli nk’“inderetsi y’inzu ya Isirayeli.”

  • 33:7

    Ezekiyeli yaraburiye Abisirayeli ko botikijwe badahinduye ingendo

    Ubutumwa dutangaza buva kuri Yehova ni ubuhe?

  • 33:9, 14-16

    Gutanga imburi vyotumye Ezekiyeli akiza ubuzima bwiwe n’ubw’abandi

    Ni igiki gikwiye kutuvyurira umutima wo kubwira abandi ubutumwa bwihuta Yehova yatujeje?