Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Myandagaro 2017

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

BE MASO!

Ikibazo: Twokoresha gute umwanya wacu mu buryo bwiza?

Icanditswe: Ums 4:6

Ivyo wovuga: Iki kinyamakuru Be maso! kirerekana impanuro nziza cane zodufasha kuraba ivyo twoshira imbere y’ibindi.

NIWIGISHE UKURI

Ikibazo: Kubera iki turiho?

Icanditswe: Zb 37:29

Iciyumviro: Imana yaturemye kugira tube kw’isi ibihe bidahera.

INKURU NZIZA IVA KU MANA (fg)

Ikibazo: Wibaza ko ari hehe twokura inkuru nziza? [Mwereke akavidewo Woshima kumenya inkuru nziza?]

Icanditswe: Yes 52:7

Ivyo wovuga: Aka gatabu karaduha “inkuru nziza y’ikintu ciza kuruta” kubera karimwo ubutumwa buva muri Bibiliya.

ANDIKA HANO UBURYO BWAWE

Ufatiye ku burorero bwatanzwe, niwitegurire uburyo bwawe bwo gutanguza ibiyago.