Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO MYANDAGARO 2016

8-14 Myandagaro

ZABURI 92-101

8-14 Myandagaro
  • Ururirimbo rwa 28 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Abageze mu zabukuru barama mu vy’impwemu”: (Imin. 10)

    • Zb 92:12—Abagororotsi barama mu vy’impwemu (w07 15/9 32; w06 15/7 13 ing. 2)

    • Zb 92:13, 14—Abageze mu zabukuru barama mu buryo bw’impwemu naho bafise intege nke (w14 15/1 26 ing. 17; w04 15/5 12 ing. 9-10)

    • Zb 92:15—Abageze mu zabukuru barashobora kuremesha abandi mu kubavungurira ku tuntu n’utundi bazi (w04 15/5 12-14 ing. 13-18)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 99:6, 7—Kubera iki Musa, Aroni na Samweli ari uburorero bwiza? (w15 15/7 8 ing. 5)

    • Zb 101:2—Bisobanura iki “[ku]gendera mu gutungana kw’umutima” wacu mu nzu yacu? (w05 1/11 24 ing. 14)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 95:1–96:13

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) g16.4 igipfukisho—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) g16.4 igipfukisho—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 161-162 ing. 18-19—Mufashe kubona uburyo yoshira mu ngiro ivyo muhejeje kwiga.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 90

  • Yemwe abageze mu zabukuru, muri kirumara cane (Zb 92:12-15): (Imin. 15) Guhana ijambo. Niwerekane akavidewo kavuga ngo Yemwe abageze mu zabukuru, muri kirumara cane. Nuce ubaza abumviriza ivyigwa ngirakamaro bahigiye. Remesha abageze mu zabukuru kuza baravungurira abakiri bato ku tuntu n’utundi bazi. Remesha abakiri bato baze barahanuza abitereye mu myaka imbere yo gufata ingingo zihambaye mu buzima.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 21 ing. 13-22, n’isubiramwo ry’ikigabane

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 29 n’isengesho