Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO MYANDAGARO 2016

29 Myandagaro–4 Nyakanga

ZABURI 110-118

29 Myandagaro–4 Nyakanga
  • Ururirimbo rwa 61 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nzokwishura iki Yehova?”: (Imin. 10)

    • Zb 116:3, 4, 8—Yehova yarakijije urupfu umwanditsi w’amazaburi (w87-F 15/3 24 ing. 5)

    • Zb 116:12—Umwanditsi w’amazaburi yaripfuza kwereka Yehova ko amukengurukira (w09 15/7 29 ing. 4-5; w98-F 1/12 24 ing. 2)

    • Zb 116:13, 14, 17, 18—Umwanditsi w’amazaburi yari yiyemeje gushitsa ivyo Yehova amusaba vyose (w10 15/4 27, uruzitiro)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 110:4—‘Indahiro’ ivugwa muri uyu murongo ni iki? (w14 15/10 11 ing. 15-17; w06 1/9 14 ing. 1)

    • Zb 116:15—Mu nsiguro y’amaziko, kubera iki uyu murongo udakwiye gukoreshwa mu kuvuga ivy’uwapfuye? (w12 15/5 22 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 110:1–111:10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) ll 16—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) ll 17—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 179-181 ing. 17-19—Mufashe kubona uburyo yoshira mu ngiro ivyo muhejeje kwiga.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU