Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO MYANDAGARO 2016

22-28 Myandagaro

ZABURI 106-109

22-28 Myandagaro
  • Ururirimbo rwa 2 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nimukengurukire Yehova”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 109:8—Ni igiki twigira ku kuntu Yuda yasubirijwe? (bt 19 ing. 21-22)

    • Zb 109:31—Ni mu buryo ki Yehova “[ahagarara] iruhande y’ukuryo kw’umworo”? (w06 1/9 14 ing. 8)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 106:1-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) ll 6—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) ll 7—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 178-179 ing. 14-16—Mufashe kubona uburyo yoshira mu ngiro ivyo muhejeje kwiga.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU