Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Myandagaro 2016

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

BE MASO!

Ikibazo: Ubona vyoba bihambaye ko abantu bahindura utumenyero tubi bafise bakadusubiriza twiza?

Icanditswe: Ums 7:8a

Ivyo wovuga: Iki kiganiro kirerekana ingene impanuro Bibiliya itanga zodufasha kubishikako kandi bikatugirira akamaro.

BE MASO!

Ikibazo: Mu buzima ibintu vyama bihindagurika. Ubona umuntu yokora iki biramutse bishitse?

Icanditswe: Ums 7:10

Ivyo wovuga: [Mwereke ikiganiro gitangurira ku rupapuro rwa 10.] Iki kiganiro kirimwo impanuro zo muri Bibiliya zobidufashamwo.

NIWUMVIRIZE IMANA MAZE UBEHO IBIHE BIDAHERA

Ikibazo: Twese, ushizemwo incuti n’abagenzi, turafise izina. Imana yo bite? Yoba ifise izina?

Icanditswe: Zb 83:18

Ivyo wovuga: Aka gatabu karerekana ibindi bintu vyinshi Bibiliya yigisha vyerekeye Imana. [Nufatire ku biri ku rupapuro rwa 6 n’urwa 7.

ANDIKA HANO UBURYO BWAWE

Ufatiye ku burorero bwatanzwe, niwitegurire uburyo bwawe bwo gutanguza ibiyago.