Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

5-11 Munyonyo

YOHANI 20-21

5-11 Munyonyo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Urankunda kurusha izi?”: (Imin. 10)

    • Yoh 21:1-3​—Yezu amaze gupfa, Petero n’izindi ntumwa baciye bisubirira kuroba

    • Yoh 21:4-14​—Yezu amaze kuzuka, yariyeretse Petero n’izindi ntumwa

    • Yoh 21:15-19​—Yezu yarafashije Petero gutahura ivyo yari akwiye gushira imbere y’ibindi (nwtsty amakuru adufasha kwiga Yoh 21:15, 17)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yoh 20:17​—Amajambo Yezu yabwiye Mariya Magadalena asobanura iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga )

    • Yoh 20:28​—Kubera iki Toma yise Yezu ngo “Mukama wanje kandi Mana yanje”? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 20:1-18

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 79 ing. 21-22​—Mutumire kw’ikoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU