Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Munyonyo 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | AMOSI 1-9

‘Rondera Yehova, ubone kubandanya kubaho’

‘Rondera Yehova, ubone kubandanya kubaho’

5:6, 14, 15

Kurondera Yehova bisobanura iki?

  • Bisobanura kubandanya kwiga ibimwerekeye no gukurikiza amategeko yiwe

Vyagenda gute igihe Abisirayeli baba baretse kurondera Yehova?

  • Baca bareka ‘kwanka ikibi no gukunda iciza’

  • Baca bashira imbere ibibanezereza

  • Baca birengagiza impanuro Yehova yabaha

Ni ibintu ibihe Yehova yaturonkeje bidufasha kumurondera?