Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Munyonyo 2017

6-​12 Munyonyo

AMOSI 1-9

6-​12 Munyonyo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Rondera Yehova, ubone kubandanya kubaho”: (Imin. 10)

    • [Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Amosi.]

    • Am 5:4, 6​—Dutegerezwa kumenya Yehova tugakora ivyo agomba (w04 15/11 24 ing. 20)

    • Am 5:14, 15​—Dukwiye kwemera ingingo ngenderwako za Yehova zigenga ikibereye n’ikitabereye kandi tukiga kuzikunda (jd 90-91 ing. 16-17)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Am 2:12​—Twoshira mu ngiro gute icigwa dukura muri uwu murongo? (w07 1/10 14 ing. 8)

    • Am 8:1, 2​—“Igisimbo c’ivyamwa vyo mu ci” casigura iki? (w07 1/10 14 ing. 6)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Am 4:1-13

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU