Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Munyonyo 2017

27 Munyonyo–3 Kigarama

NAHUMU 1–HABAKUKI 3

27 Munyonyo–3 Kigarama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Guma ugavye mu vy’impwemu kandi ufise umwete”: (Imin. 10)

    • [Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Nahumu.]

    • [Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Habakuki.]

    • Hab 2:1-4​—Kugira tuze turokoke umusi w’urubanza wa Yehova wimirije, dutegerezwa kuguma ‘tuwurindiriye’ (w07 15/11 10 ing. 4-6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Nah 1:8; 2:6​—Ninewe yatikijwe gute? (w07 15/11 9 ing. 2)

    • Hab 3:17-19​—Naho twoshikirwa n’ingorane imbere ya Harumagedoni canke mu gihe cayo, ni igiki dukwiye kwizigira? (w07 15/11 10 ing. 11)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Hab 2:15–3:6

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) hf​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) hf​—Ako gatabu ni ko waheruka kumuha. Gira isubirayo.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w16.03 23-25​—Umutwe: Woba ushobora gufasha mw’ishengero urimwo?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU