Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Munyonyo 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MIKA 1-7

Yehova adusaba iki?

Yehova adusaba iki?

6:6-8

Yehova arazi aho tugeza, akaba ari co gituma atigera adusaba ivyo tudashoboye. Imana ibona ko imigenderanire dufitaniye n’abavukanyi bacu ari umuce uhambaye ugize ugusenga kw’ukuri. Nimba twipfuza ko Yehova yemera ibimazi tumushikanira, dutegerezwa gufata abavukanyi bacu mu buryo buranga urukundo n’icubahiro.