Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Munyonyo 2017

20-​26 Munyonyo

MIKA 1-7

20-​26 Munyonyo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova adusaba iki?”: (Imin. 10)

    • [Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Mika.]

    • Mk 6:6, 7​—Dufashe nabi bagenzi bacu, Yehova abona ko ibimazi vyacu ata co bimaze (w08 15/5 6 ing. 20)

    • Mk 6:8​—Yehova ntadusaba ibirenze urugero (w12 1/11 22 ing. 4-7)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mk 2:12​—Ubu buhanuzi bwarangutse gute? (w07 1/11 15 ing. 6)

    • Mk 7:7​—Kubera iki dukwiye ‘kurindira’ Yehova? (w03 15/8 23 ing. 20)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mk 4:1-10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Zb 83:18​—Niwigishe ukuri. Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Kv 3:14​—Niwigishe ukuri. Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 123-124 ing. 20-21.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU