Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Munyonyo 2017

13-​19 Munyonyo

OBADIYA 1–YONA 4

13-​19 Munyonyo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Gira ico wigiye ku makosa yawe”: (Imin. 10)

    • [Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Obadiya.]

    • [Erekana akavidewo kavuga Incamake y’igitabu ca Yona.]

    • Yn 3:1-3​—Yona yarakuye icigwa ku makosa yiwe (ia 114 ing. 22-23)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ob 10​—Ni mu buryo ubuhe Edomu ‘yaranduwe gushika igihe kitagira urugero’? (w07 1/11 13 ing. 5)

    • Ob 12​—Urubanza Imana yaciriye Edomu rutwigisha iki? (jd 112 ing. 4-5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yn 3:1-10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp17.6 rup. 3-7​—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp17.6​—Ico kinyamakuru ni co waheruka kumuha. Gira isubirayo uce umwereka kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha Bibiliya.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) ld 12-13​—Niwihitiremwo amashusho ukoresha.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU