Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Munyonyo 2016

21-27 Munyonyo

UMUSIGUZI 7-12

21-27 Munyonyo
  • Ururirimbo rwa 41 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Niwibuke . . . Umuremyi wawe Ahambaye mu misi y’ubusore bwawe”: (Imin. 10)

    • Ums 12:1—Abakiri bato bakwiye gukoresha umwanya wabo n’inguvu zabo mu gukorera Imana (w14 15/1 18 ing. 3; 22 ing. 1)

    • Ums 12:2-7—“Imisi y’ivyago” ijana n’ubusaza si intambamyi ku bakiri bato (w08 15/11 23 ing. 2; w06 1/11 16 ing. 9)

    • Ums 12:13, 14—Gukorera Yehova ni bwo buryo bwiza butuma ugira intumbero mu buzima (w11 1/11 21 ing. 1-6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ums 10:1—Iki canditswe kitwigisha iki? (w06 1/11 16 ing. 5)

    • Ums 11:1—Bisobanura iki ‘guterera umukate wawe ku mazi’? (w06 1/11 16 ing. 7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ums 10:12–11:10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) 2Tm 3:1-5 —Niwigishe ukuri.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Yes 44:27–45:2—Niwigishe ukuri.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 25-26 ing. 18-20—Mutumire ku makoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU