Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO MUNYONYO 2016

14-20 Munyonyo

UMUSIGUZI 1-6

14-20 Munyonyo
  • Ururirimbo rwa 66 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.6 igipfukisho—Musigire agakarata ka JW.ORG.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.6 igipfukisho—Musomere ivyanditswe ukoresheje akuma ngendanwa.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 21-22 ing. 11-12—Mutumire ku makoraniro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU