Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

9-15 Mukakaro

LUKA 8-9

9-15 Mukakaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Gukurikira Yezu bisaba iki?”: (Imin. 10)

    • Lk 9:57, 58​—Abakurikira Yezu bategerezwa kwizigira Yehova (it-2-F 399-400)

    • Lk 9:59, 60​—Abakurikira Yezu bashira imbere Ubwami bw’Imana mu buzima bwabo (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 9:61, 62​—Abakurikira Yezu ntibasamazwa n’ivy’isi (nwtsty ishusho; w12 15/4 15-16 ing. 11-13)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 8:3​—Aba bakirisu ‘bakorera’ gute Yezu be n’intumwa? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 9:49, 50​—Kubera iki Yezu atabujije umuntu umwe kwirukana amadayimoni naho nyene uwo muntu atariko aramukurikira? (w08 15/3 31 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 8:1-15

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w12 15/3 27-28 ing. 11-15​—Umutwe:Twoba dukwiye kwicuza ku bintu twahevye kubera Ubwami?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU