Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Umwana w’icangazi agaruka

Umwana w’icangazi agaruka

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO UMWANA W’ICANGAZI AGARUKA, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Ni ibiki vyerekana ko David yariko arasubira inyuma mu vy’impwemu, kandi umuryango wiwe hamwe n’abakurambere bagerageje kumufasha gute?

  • Abavyeyi ba David berekanye gute ko ari abavyeyi b’intangakarorero?

  • Ni ivyigwa ibihe twokura muri iyi videwo mu bijanye no . . .

    • kwihebera akazi?

    • kwifatanya n’abagenzi babi?

    • kwumvira impanuro?

    • kubabarira abigaye?