Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 14-16

Umugani w’umwana w’icangazi

Umugani w’umwana w’icangazi

15:11-32

Ivyigwa bimwebimwe dukura muri uwo mugani.

  • Ni vyiza kuguma mu ruhongore rutekanye rw’abasavyi b’Imana aho twitwararikwa n’Umuvyeyi wacu wo mw’ijuru yuzuye urukundo

  • Bishitse tukava mu nzira y’Imana, dukwiye kuyigarukamwo twicishije bugufi, twizigiye ko Yehova yiteguriye kuduharira

  • Dukwiye kwigana Yehova mu guha ikaze n’igishika cinshi abigaye bakagaruka mw’ishengero