Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

30 Mukakaro–5 Myandagaro

LUKA 14-16

30 Mukakaro–5 Myandagaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Umugani w’umwana w’icangazi”: (Imin. 10)

    • Lk 15:11-16​—Umwana w’icangazi yasesaguriye intoranwa yiwe mu buhumbu (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 15:17-24​—Yarigaye maze umuvyeyi wiwe munyarukundo aramwakira (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 15:25-32​—Ivyiyumviro vya mukuruwe vyarakosowe

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Lk 14:26​—Muri uyu murongo, ijambo ‘kwanka’ risobanura iki? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 16:10-13​—Ni icigwa ikihe Yezu yashaka gutanga igihe yavuga ivy’“ubutunzi butagororotse”? (w17.07 8-9 ing. 7-8)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 14:1-14

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago. Nuce umutumira kw’ikoraniro.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lvs 37-38 ing. 14-15

UBUZIMA BW’UMUKIRISU