Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 6-7

Nube umuntu atanga cane

Nube umuntu atanga cane

6:38

Umuntu atanga, arakoresha umwanya wiwe, inguvu ziwe be n’ivyo atunze mu gufasha abandi no mu kubaremesha.

  • Imvugo ngo “mugire akamenyero ko gutanga” yavuye mu rivuga ry’ikigiriki ryerekana igikorwa kibandanya

  • Nitwagira akamenyero ko gutanga, abandi bazodusukira mu gikondorero “ingero nziza, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye.” Iyo mvugo ishobora kwerekeza ku kamenyero abadandaza bamwebamwe bari bafise ko gusuka mu mpuzu y’umuguzi ivyo yaba aguze