UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

Igitabu ca Ezekiyeli caravuze ido n’ido ukuntu igisagara ca Tiro cotikijwe.

  • 26:7-11

    Inyuma yo mu 607 imbere ya Kristu, ni nde yatikije igisagara ca Tiro cari i musozi?

  • 26:4, 12

    Mu 332 imbere ya Kristu, ni nde yafashe ibihomvagurike vya nya gisagara abisuka mu kiyaga kugira ajabuke gutikiza igisagara ca Tiro co mu mazi?

Ni ubuhanuzi bw’ido n’ido ubuhe ushashaye kubona burangutse?