Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Mukakaro 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 21-23

Ubwami bwahawe uwubifitiye uburenganzira

Ubwami bwahawe uwubifitiye uburenganzira
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

Yezu yari afise “uburenganzira ahabwa n’amategeko” bwo kuba Umwami, bumwe bwari bwaravuzwe n’umuhanuzi Ezekiyeli.

  • It 49:10

    Mesiya yokomotse mu muryango wa nde?

  • 2Sm 7:12, 16

    Ubwami bwokwamyeho ni ubwa nde

  • Mt 1:16

    Kugira Matayo yarekane ko Yezu yari afitiye uburenganzira ubwami bwa Dawidi, yerekanye amamuko ya Yezu afatiye kuri nde?

Uravye ukuntu Yezu yahawe ubwami mu buryo buhuye n’amategeko, bikwigisha iki ku vyerekeye Yehova?