Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Mukakaro 2017

24-30 Mukakaro

EZEKIYELI 21-23

24-30 Mukakaro
  • Ururirimbo rwa 99 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ubwami bwahawe uwubifitiye uburenganzira”: (Imin. 10)

    • Ezk 21:25​—“Umukuru wa Isirayeli w’umubisha” yari Umwami Zedekiya (w07 1/7 13 ing. 11)

    • Ezk 21:26​—Abami bo mu muryango wa Dawidi ntibobandanije kuganza (w11 15/8 9 ing. 6)

    • Ezk 21:27​—Yezu Kristu ni we afise “uburenganzira ahabwa n’amategeko” (w14 15/10 10 ing. 14)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 21:3​—Iyo “nkota” Yehova asokora mu rwubati rwayo igereranya iki? (w07 1/7 14 ing. 1)

    • Ezk 23:49​—Abisirayeli bakoze ikosa irihe rishimikwako mu kigabane ca 23, kandi bitwigisha iki? (w07 1/7 14 ing. 6)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 21:1-13

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 93

  • Twigenze neza mu ndimiro”: (Imin. 15) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Banza werekane akavidewo kerekana ivyo twokwirinda igihe dushitse ku muhana w’umuntu.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 15 ing. 18-28

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 29 n’isengesho