Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Mukakaro 2017

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | EZEKIYELI 18-20

Iyo Yehova ababariye, yoba yibagira?

Iyo Yehova ababariye, yoba yibagira?

18:21, 22

  • Iyo Yehova aduhariye ivyaha vyacu, ntiyigera asubira kubiduharurako.

Ubu burorero bwo muri Bibiliya buradufasha kwizigira ikigongwe ca Yehova.

Umwami Dawidi

  • Yakoze icaha ikihe?

  • Kubera iki yababariwe?

  • Ni igiki cerekana ko Yehova yamuhariye?

Umwami Manase

  • Yakoze icaha ikihe?

  • Kubera iki yababariwe?

  • Ni igiki cerekana ko Yehova yamuhariye?

Intumwa Petero

  • Yakoze icaha ikihe?

  • Kubera iki yababariwe?

  • Ni igiki cerekana ko Yehova yamuhariye?

Nokwigana gute ikigongwe ca Yehova?