Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro  |  Mukakaro 2017

10-16 Mukakaro

EZEKIYELI 15-17

10-16 Mukakaro
  • Ururirimbo rwa 11 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Woba ushitsa ivyo usezerana?”: (Imin. 10)

    • Ezk 17:1-4​—Abanyababiloni bakuye Umwami Yehoyakini bamusubiriza Zedekiya (w07 1/7 12 ing. 6)

    • Ezk 17:7, 15​—Zedekiya yarahemutse ku ndahiro yiwe, atabaza Misiri mu vya gisirikare (w07 1/7 12 ing. 6)

    • Ezk 17:18, 19​—Yehova yari yiteze ko Zedekiya ashitsa ivyo yasezeranye (w12 15/10 30 ing. 11; w88 15/9 17 ing. 8)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ezk 16:60​—Iryo “sezerano ryamaho” ni iki, kandi ririmwo bande? (w88 15/9 17 ing. 7)

    • Ezk 17:22, 23​—‘Agashami koroshe’ Yehova yobaditse kagereranya nde? (w07 1/7 12 ing. 6)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ezk 16:28-42

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 36

  • Shitsa indagano zawe n’igihe nyene ivyo wari witeze mu mubano bitarangutse: (Imin. 10) Insiguro itangwa n’umukurambere ishingiye kuri Be maso! yo muri Ntwarante 2014, rup. 14-15.

  • Nube umugenzi wa Yehova​—Niwame uvugisha ukuri: (Imin. 5) Erekana akavidewo Nube umugenzi wa Yehova—Niwame uvugisha ukuri, uce usaba abana wateguye baze ku mukiruruko, ubabaze ibibazo bijanye na ko.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 15 ing. 1-8

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 137 n’isengesho