Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Kwamamaza inzu ku nzu mu Butaliyano

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO Mukakaro 2017

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi n’ingene twokwigisha ukuri ku bijanye n’imibabaro. Ufatiye ku vyiyumviro vyatanzwe niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba ufise umutima w’inyama?

Umutima ufitaniye isano gute n’ingingo dufata mu bijanye n’ukwisamaza canke ukwambara n’ukwitunganya? Kugira umutima w’inyama bisobanura iki?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba ushitsa ivyo usezerana?

Ni igiki twigira ku Mwami Zedekiya ku bijanye n’ingaruka zo kudashitsa ivyo twasezeranye?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Iyo Yehova ababariye, yoba yibagira?

Ni uburorero ubuhe bwo muri Bibiliya bwerekana ko Yehova aharira? Ivyo yakoreye Dawidi, Manase na Petero bidufasha gute kwizigira imbabazi ziwe?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Woba wibabarira?

Birashobora kutugora kwibabarira amakosa twakoze kandi Yehova Imana aba yaratubabariye. Ni igiki codufasha?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ubwami bwahawe uwubifitiye uburenganzira

Ivyo Ezekiyeli yari yaravuze ku vyerekeye umwami afise uburenganzira ahabwa n’amategeko, vyarangukiye gute kuri Yezu? Bitwigisha iki ku vyerekeye Yehova?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Twigenze neza mu ndimiro

Igihe turi ku muhana w’umuntu, twoshobora kubona abantu batwihweza canke bakumviriza ivyo tuvuga. Twokwigenza neza gute mu ndimiro?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ubuhanuzi bwa Tiro butuma twizigira cane Ijambo rya Yehova

Ivyo Ezekiyeli yari yaravuze ku bijanye n’ugutikizwa kwa Tiro vyararangutse ido n’ido.