Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO MUKAKARO 2016

4-10 Mukakaro

ZABURI 60-68

4-10 Mukakaro
  • Ururirimbo rwa 104 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Shemeza Yehova, umwe yumva amasengesho”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 63:3—Kubera iki ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova ari bwiza kuruta ubuzima? (w06 1/6 11 ing. 7)

    • Zb 68:18—“Ingabirano zigizwe n’abagabo” ni bande? (w06 1/6 10 ing. 5)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 63:1–64:10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 81

  • Kworosha ubuzima biradufasha gushemeza Imana”: (Imin. 15) Nimuhere ku guhana ijambo kuri ico kiganiro. Nuce werekana akavidewo kavuga ngo Twaroroheje ubuzima mwongere mukaganireko gatoyi. Nuremeshe bose kuraba ingene bokworosha ubuzima bwabo kugira ngo barushirize gukorera Yehova.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 19 ing. 1-16

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 88 n’isengesho