Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO MUKAKARO 2016

25-31 Mukakaro

ZABURI 79-86

25-31 Mukakaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ni nde ahambaye cane mu buzima bwawe?”: (Imin. 10)

    • Zb 83:1-5—Izina rya Yehova n’ubusegaba bwiwe ni vyo bikwiye kuturaza ishinga gusumba ibindi (w08 15/10 13 ing. 7-8)

    • Zb 83:16—Ukwumirako n’ukwihangana kwacu biratera iteka Yehova (w08 15/10 15 ing. 16)

    • Zb 83:17, 18—Yehova ni we ahambaye cane kw’isi no mw’ijuru (w11 15/5 16 ing. 1-2; w08 15/10 15-16 ing. 17-18)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 79:9—Uwu murongo utwigisha iki ku bijanye n’amasengesho dutura? (w06 15/7 12 ing. 5)

    • Zb 86:5—Ni mu buryo ki Yehova “[y]iteguriye kubabarira”? (w06 15/7 12 ing. 9)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 85:8–86:17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 111

  • Imana yoba ifise izina?: (Imin. 15) Banza werekane akavidewo ko kuri jw.org. kavuga ngo Imana yoba ifise izina? (Raba ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBITABU N’UDUTABU. Nuce urondera agatabu Inkuru nziza. Ako kavidewo ugasanga munsi y’icigwa kivuga ngo “Imana ni nde?”) Nimuce muganira kuri ibi bibazo: Twokoresha gute ako kavidewo igihe twamamaza akaryo kizanye, ku mugaragaro n’inzu ku nzu? Ni ivyiza ibihe wiboneye igihe werekana ako kavidewo?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 20 ing. 14-26, n’isubiramwo ry’ikigabane

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 143 n’isengesho

    Ivyibukijwe: Banza muvuze incuro imwe urwo ruririmbo rushasha, hanyuma abagize ishengero bace baruririmba.