Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO MUKAKARO 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 74-78

Niwibuke ibikorwa vya Yehova

Niwibuke ibikorwa vya Yehova

Birahambaye ko tuzirikana ku bintu vyiza Yehova yakoze

74:16; 77:6, 11, 12

  • Kuzirikana biradufasha kwiyinjizamwo ivyo dusoma mw’Ijambo ry’Imana no gukenguruka cane imfungurwa z’ivy’impwemu turonswa

  • Kwiyumvira cane ibijanye na Yehova biradufasha kwibuka ibikorwa vyiwe bitangaje be n’icizigiro adusezeranira

Mu bikorwa vya Yehova harimwo:

74:16, 17; 75:6, 7; 78:11-17

  • Ivyo yaremye

    Uko twiga vyinshi ku bijanye n’ivyaremwe, ni ko turushiriza kugirira akoba Yehova

  • Abagabo bagenywe mw’ishengero

    Turakwiye kuyobokera abo Yehova yagenye ngo batuje imbere

  • Ukurokora abasavyi biwe

    Kwibuka ingene Yehova yarokoye abasavyi biwe biratuma turushiriza kwemera ko yipfuza kubitwararika be n’uko abishoboye