Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU—AGATABU K’IKORANIRO MUKAKARO 2016

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 69-73

Abasavyi ba Yehova barafitiye umwete ugusenga kw’ukuri

Abasavyi ba Yehova barafitiye umwete ugusenga kw’ukuri

Umwete dufitiye ugusenga kw’ukuri ukwiye kwigaragaza neza

69:9

  • Dawidi yarerekanye mu buzima bwiwe ko afitiye umwete Yehova

  • Dawidi ntiyihanganira ubukeba kuri Yehova canke umuntu wese asiga iceyi izina ryiwe

Abakuze barashobora gufasha abakiri bato kugira umwete

71:17, 18

  • Uwanditse iyi zaburi, akaba ashobora kuba ari Dawidi, yaripfuza gufasha abokwarutse mu nyuma ziwe

  • Abavyeyi n’abakirisu bahumuye barashobora kumenyereza abakiri bato

Umwete uratuma tubwira abandi ivyo Ubwami buzokorera abantu

72:3, 12, 14, 16-19