Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAKOZWE 17-18

Twigane intumwa Paulo mu kwamamaza no mu kwigisha

Twigane intumwa Paulo mu kwamamaza no mu kwigisha

17:2, 3, 17, 22, 23

Twokwigana gute akarorero k’intumwa Paulo?

  • Turashobora gufasha abantu kuzirikana dukoresheje Ivyanditswe, kandi tugahuza n’uko ivyabo vyifashe

  • Dukwiye kwamamaza aho dushobora gusanga abantu, kandi ku mwanya babonekerako

  • Aho kurwanya ivyo abandi bemera, dukwiye kurondera ivyo duhurizako