Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

 UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZEFANIYA 1–HAGAYI 2

Rondera Yehova umusi w’ishavu ryiwe utarashika

Rondera Yehova umusi w’ishavu ryiwe utarashika

Zf 2:2, 3

Kugira Yehova azodukingire ku musi w’ishavu ryiwe, hariho n’ibindi dutegerezwa gukora uretse kumwiyegurira gusa. Tubwirizwa kugamburuka ivyo Zefaniya yabwiye Abisirayeli.

  • Rondera Yehova: Nuzigame ubucuti somambike ufitaniye na we mu kwifatanya n’ishirahamwe ryiwe

  • Rondera ubugororotsi: Nubeho wisunga ingingo ngenderwako za Yehova zigororotse

  • Rondera ubutekereji: Nukurikize ivyo Imana igomba wicishije bugufi kandi wemere igutoze indero

Norushiriza gute kurondera Yehova, ubugororotsi be n’ubutekereji?